- Ukwihaniza ukihanikiriza (Ukwamirira kure) ibangikanyamana mu buryo ubwo ari bwo bwose ryokorwamwo, n'uko nya bangikanyamana ari inzitizi ry'iyakirwa ry'ibikorwa vy'umuntu ku Mana Allah.
- Ukwiyumvamwo ko Imana Allah Yikwije muri vyose n'uko Ihambaye, ivyo bigatuma umuntu agira izirikanamana mu vyo akora vyose.