{Muraheza rero, mubandanye muvuye “Muzdalifa” mutera muja “Mina” mwahereye “Arafaati”, ari na ho Intumwa y’Imana Ibrahimu yahereye, muheze munasabe Imana Allah ikigongwe. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.} (سورة البقرة
: 199).
{Abo ni bo rero bategekanirijwe umugabane w’indishi nziza ku vyo barondeye. Burya Imana Allah Irananyarutsa mu guharurira no mu guhemba abaja bayo.} (سورة البقرة
: 202).
{Inyama za nya bitungwa eka n’amaraso yavyo, ntibishikira Imana Allah, ariko igishikira Imana Allah ni igamburukiramana ryanyu mu kuba mwabibaze ku bwayo. Ni ukwo rero, Imana Allah Yaborohereje kubaga nya bitungwa kugira mukuze Imana Allah mwongere muyishimire ku kuntu Yabarongoye mu nzira yayo. Muvugishwamana! Shikiriza rero abagwaneza mu kwiyegereza Imana Allah no mu gufasha ibiremwa vyayo, inkuru ihumuriza yo kuroranirwa kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.} (سورة الحج
: 37).
Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yavuze ati: "Nimwirinde...
Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'imana Allah), yavuze iti: "Umuriro ud...
Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), arerekana neza na neza, ko umuriro udahera ukikujwe n'ibintu umuntu akunda akavyipfuza m...
Mu vyakiriwe na Mwene Abasi (Imana Allah Ibishimire bompi we hamwe na se Mwene Abdu l-Muttwalibu) yavuze ati: "Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'im...
Igihe Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yarungika Mu'aadhi mwene Jabali (Imana Allah Imwishimire) mu gihugu ca Yemeni kugir...
Mu vyakiriwe na Mwene Omari (Imana Allah Ibishimire bompi we hamwe na se wiwe mwene Al-Khattwaab), yavuze ko yumvise umuntu avuga ati: "Eka ndarahiye...
Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aramenyesha ko umuntu uwo ari we wese arahiye ku kitari Imana Allah, ku mazina no ku mata...
Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire), yavuze ati: "Narumvise Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) avuga ati: "...
Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aratomora neza ko uwo wese agiye gushengerera ku bw'Imana Allah, ingoro ntagatifu iri i M...