- Uguhabwa icubahiro nta ngere mu kurahira, ni agateka kubahirizwa gusa ku Mana Allah Nyenukuninahazwa, Nyenuguhabwicubahiro nta ngere. Ntibirekuwe rero kurahira kiretse gusa ku Mana Allah, ku mazina no ku matazirano yayo.
- Ingendanyi zarahurumbira na ntaryo kubwiriza gukora ivyiza no kubuza gukora ibibi, na canecane mu gihe nya bibi bifitaniye isano n'ibangikanyamana canke igarariza.