- Ivyiza vy'urukundo ruba hagati y'abantu ku bw'Imana Allah Nyenuguhabwicubahiro nta ngere, atari ku bw'ivy'isi bibahuza.
- Birabereye kubwira uwo ukunda ku bw'Imana Allah ko umukunda; kuko vyongerereza urukundo n'ukwiyumvanamwo hagati y'abantu.
- Gusasagaza urukundo hagati y'abemeramana, bikomeza ubuvandimwe bushingiye ku kwemera, bikanakingira abantu ivangurana n'ukwicamwo ubunywenywe.